BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
Amerika yafatiye ibihano komanda wa FDLR na komanda wa M23
Amerika ivuga ko urugomo ruhoraho rukorwa n'imitwe yitwaje intwaro ruhuhura amakuba mu mibereho asanzwe ameze nabi, rukanateza inkeke ku nyungu z'Amerika mu karere.
IKIBIRIRAHO, Amerika na Iran basubiriye kurasana mu gihe ibiganiro vyo kurangiza intambara vyadindiye
Amerika yagavye ibindi bitero bishasha kuri Iran no ku bwato butwara igitoro, mu gihe Tehran ivuga ko yateye ibirindiro vya Amerika biri mu kigobe c’Abarabu.
Ikibuga cy'umupira muri Gaza, Isi ibisikana n'Ukwezi: Amafoto icyenda atangaje ya 2026 kugeza ubu
Inzobere mu mafoto no gufata amafoto iratwereka amwe mu mafoto akurura imboni yafashwe muri uyu mwaka kugeza ubu – n'icyo avuze ku bugeni bw'amafoto n'ubuzima.
Ibi ni ibihugu 10 bifite ubukungu bukomeye cyane muri Afurika mu 2026
Iyi mibare ikoreshwa kenshi nk'ikimenyetso cy'iterambere ry'umugabane no kwibutsa ko Afurika igifiteurugendo rurerure mw'iterambere rirambye ry'ubukungu.
'Ikiganiro cy'ubukana' kuri telephone: Ni iki Trump yabwiye Netanyahu?
Ni ikiganiro cyavuzwe cyane mu binyamakuru, nubwo hari amakuru atandukanye avuga ku buryo icyo kiganiro cyari kimeze, harimo ayemeza ko Trump yakariye cyane Netanyahu.
Samia yagiye i Moscow atumiwe na Putin
Samia yavuze ko abaye perezida wa kabiri wa Tanzania ugiye gusura Uburusiya nyuma ya Mwalimu Julius Nyerere, wagendereye icyo gihugu mu 1969.
Wari uzi ko ubunini cyangwa ubuto bukabije bw'ijosi ryawe busobanura byinshi ku buzima bwawe?
Ijosi ni kimwe mu bice by'umubiri wacu bigaragaza ibintu byinshi bifitanye isano n'ubuzima kandi muri rusange abantu ntibabyitaho.
U Rwanda rwatsinzwe urubanza rwarezemo Ubwongereza rwishyuza ku kibazo cy'abimukira
Leta y'u Rwanda yareze isaba kwishyurwa n'Ubwongereza miliyoni 100 z'amapawundi, ivuga ko London yahonyoye ingingo z'ayo masezerano.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Ikoranabuhanga ry'ejo hazaza: Indege y'intambara izajya isoma ibitekerezo by'umuntu
Bimwe mu byo izakora n'uko AI izashobora gutwara indege mu gihe umupilote ananiwe cyangwa atakaje ubwenge kubera ikibazo cy'ubuzima.
Menya ibi biribwa bihinduka uburozi iyo bivanze
Buri bwoko bw'ibiryo bufite akamaro kabwo, ariko bimwe na bimwe iyo bivanze bishobora guteza ibibazo bikomeye cyane ku mubiri.
NASA yashize ahabona intambwe zikurikira zo kwubaka ikigo gihoraho ku kwezi
NASA ifise integuro yo kurungika ama-drone hamwe n'imodoka zigenda ku kwezi mu mugambi wo kwubaka ikirindiro gihoraho ku kwezi.
Amahinguriro y'imodoka akomeye kw'isi ari mu ngorane zo guhangana n'Ubushinwa
BBC yaragendeye amahinguriro y’imodoka zikoresha umuyagankuba mu Bushinwa, maze isanga Abashinwa ari bo biganje mu rwego rw’ubuhinga n’inganda biriko birahindura no kugena kazoza k’inganda z’imodoka kw’isi.
Rwanda: Dr Semwaga, umwe mu baganga mbarwa b'inzobere mu byo avura, yakatiwe gufungwa
Urubanza ku gufungwa cyangwa gufungurwa by'agateganyo rw'uyu muganga uri mu bakomeye cyane mu Rwanda, igice cyarwo cyabereye mu muhezo.
Mfite imyaka 16 nakoreweho igeragezwa na CIA, ubu ndi kubarega
Lana Ponting ni umwe mu barimo kurega leta ya Canada ku ruhare rwayo mu bushakashatsi bwakorewe ku bantu batari babizi bwatewe inkunga na CIA.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango









































