Israel – Hezbollah: uko abava muri Liban bahunga bibakokora

Insiguro ya video, Ubu bwato busanzwe ari ubwo abinezereza, ariko ubu bufasha abahunga Libani.
Israel – Hezbollah: uko abava muri Liban bahunga bibakokora
Yatangajwe

Mu gihe muri Liban abarenga umuliyoni bamaze guhunga intambara hagati ya Israel na Hezbollah, indege nyinshi zirasiba canke zigacererwa.

Urubibe Libani ihana na Syria narwo ruraterwa n'indege.

Abashobora kuriha bava mu gihugu n'ubwato bw'abigenga, bahungira muri Turkey

canke Chypre.

Ubu bwato busanzwe ari ubwo abinezereza, ariko ubu bufasha abahunga Libani bagana Turkey canke Chypre.
Insiguro y'isanamu, Ubu bwato busanzwe ari ubwo abinezereza, ariko ubu bufasha abahunga.