Uganda: Amadini n’abayoboke abangamye kandi abangamiwe

Insiguro ya video, Amadini n’abayoboke: Abangamye kandi abangamiwe
Yatangajwe

“Hari n’abica ku bwa Christ (Kristu)”, ni bimwe biri muri iri tohoza rya BBC Africa Eye. Peter MacJob agaragaza uturorero muri Uganda, aho n’abakiri bato bakoreshwa n’aba ‘pastors’ (abapasitori) bo mu madini atandukanye, n’abantu bakahasiga ubuzima.