Nyuma y'imyaka 25 y'ikigo Maison Shalom, Maggy ahagaze gute?
Yatangajwe
Nyuma y'imyaka 25 Margerite Barankitse ashinze ikigo c'ubugiraneza, Maison Shalom, yaganiriye na BBC atubwira aho agejeje ibikorwa na kazoza k'ico kigo.
Ni mu kiganiro c'abakenyeze mushikirizwa na Yvette Kabatesi